Drama T - KOSHO (Official Video)

Описание к видео Drama T - KOSHO (Official Video)

Director: ​⁠@johnelarts
Producer: Real Beat
M&M: @joellhoughton & Bob Pro
Editor: Sani B & John Elarts
Colorist: @JeakMedia
Photographers: Guy Gael & Andy Sp
Gaffer: King, Freddy & Janvier
Costumes: @santibujat
Make up: Jenny Black Bird & Danella Makeup

Special Thanks: - La Coupe Restaurant Buja
- Oscar Fashion


LYRICS
Verse 1

Sinjya mbeshya abo nitamwo
I don’t know how to say it
Iyo umfatishije ndizana

Coz I’m a cheater
Siniyoberanya
Uku mba nipoweye
Simvyegereza umutima

Mba nigize intama
Sha nditonda
Wazana uburara mba nka Ossama

Nta Deal(ru) z’ama bara na nyamacoma
Im gonna treat you right and love you hard uzonyurwa

Prechorus:

Gusa gufana ikipe imwe
Ntivyonyorohera
Ninkucomoka
Ntuzumbaririze

Nkubwiye ko nd’umu player
Ntakunda umuntu umwe
Nkagucomoka
Ntuzumbaririze

Chorus:

Ngo amanyanga nyarusha kosho
Uzovyumva hose
Gusa uzoba unzi uko ndi

Abagusaza uzajye ubiyama
Uko nje niko mpagaze
Uzunkundire icyo Oohh yeah

Mfunga la tete
Ufunga Les jambes
Its Crazy relationship

Verse2


Nubona nkuha n’umunota
Uje unshimira
Hari indi bitch y’ubu mechant
Iba iri inyuma

I need you to understand
If I let you down
S’uko utari level zanjye
Uri mwiza sha

So far you’re my darlin
Trust me you are
Even if what you heard may be true I love you

vyose ni urugamba tuzorugwana
If I let you down uzuvyumve niko ndemwe

Prechorus:

Gusa gufana ikipe imwe
Ntivyonyorohera
Ninkucomoka
Ntuzumbaririze

Nkubwiye ko nd’umu player
Ntakunda umuntu umwe
Nkagucomoka
Ntuzumbaririze

Chorus:

Ngo amanyanga nyarusha kosho
Uzovyumva hose
Gusa uzoba unzi uko ndi

Abagusaza uzajye ubiyama
Uko nje niko mpagaze
Uzunkundire icyo Oohh yeah

@dramat1826 #dramaT #Kosho

Комментарии

Информация по комментариям в разработке